
Muyinga / Umutekano : Buramatari w’iyo ntara yakoresheje inama.
Inkuru ya Isaac Bakanibona@Radio Télévision Burundi Bwiza ( RTBB ). Kuri uno wa 5 Nzero 2022, Buramatari w’intara ya Muyinga, Jean Claude Barutwanayo yagirishije inama y’umutekano abarongoye komine zose zigize intara. Barikumwe...