Inyuma y’intsinzi ya Neilla MUTONIWIMANA umutwakazi wambere yabaye Miss Kayanza 2020,Fondation Femidejabat yateye akamo abigeme b’Abatwakazi gushiramanga kuko barashoboye nk’abandi bigeme b’Uburundi.

@Burundibwiza.com mise à jour. Source : FOFE / Ngo ni umunezero ntangere muri #Fondation #Femidejabat kubona umwe mu bigeme Fondation yashize ahabona ikanamufasha mu mugambi wayo yise #Miss #INAKARANGA wo kugira Abigeme b’Abatwakazi nabone bashobore kwitabira mw’ihiganwa #MISS #BURUNDI batarigera...