-

Nommée par le Président de la Commission de l’UA, S.E. @yamhmoudali, comme Représentante spéciale en RCA, S.E. Alice Nzomukunda a achevé sa mission de 2 ans à Madagascar.
Abenegihugu.com mise à jour. Source: Burundi Ambassy in Addis Ababa & Daily24 Info Elle a présenté ses adieux aux Autorités dont le 1er Ministre malgache, Rajaonarivelo Herintsalama et le Président S.E. Michael Randrianirina. S.E. Alice Nzomukunda avec le Président de Madagascar S.E. Michael Randrianirina Le Premier ministre malgache, Rajaonarivelo Herintsalama a reçu le jeudi 26 février 2026,…
-

Reka twubake Afrika tuzosigira abana bacu.
Reka twubake Afrika tuzosigira abana bacu. Uburundi bwamaze gushikirizwa intebe yo kuyobora ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika kuva kuri uyu wa 14 Ruhuhuma 2026. Mbega twebwe Abarundi twiteguye kuba ishusho nziza ya Afrika ? Ni iki wokora wewe uyu musi kugira wubake ubumwe bwa Afrika ? Uyu munsi si inkuru isanzwe. Ni amateka ku #Uburundi aho buriko…
-

Face à l’afflux de réfugiés fuyant les violences à l’est de la République Démocratique du Congo.
@RTBB mise à jour. Source: UNHCR BURUNDI Face à l’afflux de réfugiés fuyant les violences à l’est du de la République Démocratique du Congo, le Ministre @MAEBurundi a conduit le 23/12.2025 une visite avec des missions diplomatiques & partenaires au site de Kansenga. La visite a souligné l’urgence d’un appui humanitaire accru pour répondre…
-

Appui russe, paix régionale et succès de Sputnik: entretien avec le chef de la diplomatie burundais S.E Amb. Dr. Edouard BIZIMANA.
RTBB mise à jour. Source : .Sputniknews.africa Exclusif Comment le Burundi mise sur la Russie pour former ses militaires, renforcer sa technologie et combler son important déficit énergétique? Pourquoi Sputnik cartonne autant en Afrique? Et quels sont les véritables obstacles à la paix dans la région? Édouard Bizimana, chef de la diplomatie burundaise, se…
-

Kuber’iki twemera kwicana hakwicara hamwe tukaganira?Dukeneye Afrika izira indwano, Afrika ituje.
Source ; RTBB Inkuru muri VIDEO ; Fyonda ngaha. Posted inActualités Igikorwa co kumena ibinyobwa vyonona amagara y’abantu vyaramenwe. Author: abeadmin Published Date: December 15, 2025 Comments: Leave a comment Source : RTBB Inkuru muri VIDEO : Fyonda ngaha.
-

Igikorwa co kumena ibinyobwa vyonona amagara y’abantu vyaramenwe.
Source : Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB Posted inActualités Igikorwa co kumena ibinyobwa vyonona amagara y’abantu vyaramenwe. Author: abeadmin Published Date: December 15, 2025 Comments: Leave a comment Source : RTBB Inkuru muri VIDEO : Fyonda ngaha.
-

Za mashine zirima zashitse i Muyinga mu ntara ya Buhumuza.
Source : RTBB Inkuru muri VIDEO : Fyonda ngaha
-

Umuyagankuba mugihugu ni nk’amaraso mu muntu. Igihugu kugira gitere imbere gikenera itunga kama, amahinguriro n’ibindi.
Source : : Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB Inkuru muri VIDEO: fyonda ngaha . Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, yabishikirije kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 9 kigarama 2025, aho yari kwugurura igituro c’umuyagankuba mu Rubirizi muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura. Umukuru w’igihugu yamenyesheje abenegihugu ko ari ivyo gushima Imana kuko Uburundi bukura uko…

