|
|
Gushimira Ikinyamakuru Rekinabi-Korineza |
|
|
|
|
Written by Redaction
|
|
Wednesday, 07 April 2010 09:51 |
|
Ivyo twandikiwe n'umusomyi wacu aba muri CANADA
----------------------------------------------------------
Nyakubahwa Muyobozi w'Ikinyamakuru
Rekinabikorineza co mu Burundi.
Nyakubahwa, Ndabaramukije Nti Amahoro y'Umukama Imana Data wa Twese Abane Namwe Ubwanyu,Mu Banyu Bose hamwe n' Abarundi Bose. Nd'Umurundi Yibereye Hanze Y'Igihugu c'Uburundi.Ivy'Uburundi Tubikurikirana Imisi Yose kandi Turasabira Uburundi ngo Buze Bwogo- rore mu Mahoro.
Ndabamenyesha ko Nashimye Cane Iki Kinyamakuru Murongoye. Gifise Izina Ryiza Cane.Kivuga Ibintu Vy'Ibinyakuri mu Bantu Bumva Ukuri kandi Bagakunda Ukuri No Kukugenderamwo no Gushira Ukuri Imbere.Mugani wa Babandi Bivugiye Ngo Abarundi B'Umutima.N'Ukuri narabonye ko Mu Burundi Hakirimwo :Abarundi Babona,Biyumvira,Bo- ga N'Aho Boba Ari Bake./ S.
Burundibwiza.com
|
|
Last Updated on Wednesday, 07 April 2010 10:00 |
|
|
Ikibazo ca passeport y'Abarundi |
|
|
|
|
Written by Redaction
|
|
Wednesday, 27 January 2010 08:44 |
Igitabo c'inzira
( Umusomyi wa Burundi Bwiza atashatse ko izina ryiwe turyandika)
Igitabo c'inzira bogitanga ku madorari cumi babishatse.
Igitabo c'inzira cari gikwiye guhabwa abantu bagikeneye, kandi bakagihabwa atagiturire canke kurinda kugora umunyagihugu.
Uburundi bwosigura gute ingene igitabo c'inzira gitangigwa i Bujumbura gusa? Kubwanje cari gikwiye gutangigwa muri porovensi zose. (job creation, hariho abantu atari bake boca baronka ubuzi, kandi igitabo c'inzira nticosubira guteba kuronka)
Kuko ntawovuga ngo ico gitabo kiragoye gukora kuburyo bategerezwa kuduza igiciro. Niba uburundi bushobora guha abari kubutegetsi indishi ingana n'ama millioni y'amadorari, uburundi burafise amafaranga yo kworohereza abanyagihugu n'abadandaji bifuza kuja mumahanga haba gutembera, kurangura ibidandazwa canke kurahura ubwenge.
Burundibwiza.com |
|
Les inquiétudes que j'ai vis-à-vis de la CENI |
|
|
|
|
Written by Redaction
|
|
Thursday, 21 January 2010 11:42 |
|
Message de Léonidas
Messieurs, Ma contribution se réside plutôt sur les inquiétudes que j'ai vis-à-vis de la CENI. Pourquoi cette dernière ne sort pas de son silence sur l'octroi illégal des cartes nationales d'identités qui s'observe partout dans le pays. A titre d'exemple, c'est le cas des provinces BUBANZA et CIBITOKE. Est-ce que vous ne voyez pas que c'est la trichérie des élections qui commence. Ce sont les étrangers et les enfants de moins, même de 15 ans qui vont élire. C'est dommage. Je vous prie le signaler à la CENI.
----------------------------------------------------------------------------
|
|
|
Akarusho kazohabwa abahoze batwara Uburundi |
|
|
|
|
Written by Redaction
|
|
Thursday, 21 January 2010 11:29 |
|
Message de NIYONKURU ( En Kirundi )
Ndabugize kandi nongera ndabifuriza umwaka mwiza. Hama kuvyerekeye akarusho kazohabwa abahoze batwara UBURUNDI nibaza ko iryo tegeko rishasha boryicarira bakabanza bakaryiga neza ahandiho bazoba bagire bahohotere abanyagihugu. Jewe aba nyepolitike barantwenza hari igihe bibaza ko igihugu bacishangije, burya twobabisa tukabahunga bibaza ko meme leur salaire bibaza ko yoboneka? Merci
------------------------------------------------------------------------------- |
|
Written by Redaction
|
|
Thursday, 21 January 2010 11:21 |
|
Message de Ndayajemwo ( en Swahili )
mimi nina uliza kuhusu raisi wetu yeye ana pandisha bei ya passeport 250 sababu gani?
nimambo hayawezekani yeye anataka kutoka ku utawala vipi sasa amehera yana kwenda wapi ??
--------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------- |
|
|
|
|
<< Start < Prev 1 2 Next > End >>
|
|
Page 1 of 2 |