BRÈVES INFOS. Burundi : La future Constitution amendée tiendra compte des résultats du dialogue interburundais organisé au niveau des 18 provinces burundaises au premier semestre 2016 sous l'égide de la Commission Nationale de Dialogue Interburundais (CNDI) / @Burundibwiza.com

UMUZIKI W'UBURUNDI UGIYE GUKOMERA CANE MURI AFRIKA

Last Updated: 22 July 2018 Hits: 252

UMUZIKI W'UBURUNDI

@BurundiBwizaActualité ( BBA ) itariki 22.07.2018 Inkuru ya FO-FO

37575185 2038186363108527 4126597534250434560 o1

Kazoza k'umuziki w'Uburundi ngo kagiye kuba keza cane mu bihe biri imbere nkuko twabishikirijwe na NSENGIYUMVA Minani Felicien umuririmvyi w'umurundi arongoye ishirahamwe #UNABUDI ry'abaririmvyi n'abanyatugenegene b'Abarundi baba mu makungu. Akaba yabishikirije mu kiganiro yagiranye uno musi n'abamenyeshamakuru ba Web Radio TV Fo-Fe isamirana kuri www.fondationfemidejabat.com. Yamenyeshejeko ari irya mbere mu mateka y'Uburundi aho umukuru w'igihugu yitaho cane igisata c'imico kama n'umuziki w'igihugu no gushigikira abaririmvyi kugira batere imbere maze nabo bateze imbere igihugu cabibarutse.

37627927 205788080277763 6417849414278184960 o1

37672642 205768376946400 4736584393244540928 n

Umuririmvyi NSENGIYUMVA Minani Felicien azwi cane kw'izina Marechal Femi de j'Abat yashimiye cane umukuru w'igihugu cacu ku kiganiro c'inyigisho aherutse guha urwaruka rwo mu gisagara ca Bujumbura mu ntumbero yo gukunda igihugu umuvyeyi wa twese. Yavuze no k'umubonano Sebarundi yamuhaye muri Ruhuhuma 2018 aho yamwemereye ko Leta y'Uburundi izoshigikira ishirahamwe Fondation FEMIDEJABAT aserukira imbere y'amategeko mu migambi myiza rifise ryo guteza imbere Abenegihugu n'igihugu hamwe no guteza imbere umuziki w'Uburundi n'abaririmvyi b'Uburundi aho bari hose kw'isi. /@#FFSPN www.fondationfemidejabat.com

37660252 205926816930556 2304011987345997824 n1

jj

30739556 117950699061502 59469385764627412

 

 

www.burundibwiza.com

Leave your comments

Post comment as a guest

0
Your comments are subjected to administrator's moderation.
terms and condition.

People in this conversation